Thursday, November 12, 2026
Conférence “ITANGE WESE”
Ku magenekerezo ya 12 na 13 Kigarama, Dag Heward-Mills azoba ari mw’ Ishengero Eglise du Rocher, mu Buyenzi, muri…
Ku magenekerezo ya 12 na 13 Kigarama, Dag Heward-Mills azoba ari mw’ Ishengero Eglise du Rocher, mu Buyenzi, muri…

Abantu bashika ku 300 bari mw’ibohero rikuru rya mpimba nibo baronkejwe Imfashanyo igizwe n’ibifungurwa, amavuta, amasabuni hamwe n’amabahasha kuri uyu…

Kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 16 Nzero, ishirahamwe rukristo: Vessels of Hope Burundi Foundation, ryatunganije inyigisho mu gisagara…

Mu ntango z’umwaka wa 2026, igihe amashengero n’abungere bariko baritegura gushiraho integuro z’inyigisho bazokwigisha mu mezi ari imbere, hari ikibazo…

Ku wa Mungu wa mbere w’umwaka wa 2026, hari ikibazo kimwe cari kiri mu mitima ya benshi bari bakoraniye mw’Ishengero…

Ijoro ryo kuwa 31 uko Umwaka utashe, riba ari ijoro ryo kunezerwa mu bibanza bitandukanye kubera abantu baba bagira binjire…

kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Kigarama umurwi w’indirimbo mpimbazana “Victorious team” wari watunganije igiteramo bitiriye “KAINOS” bisobanura ikintu gishasha,…

Haraheze iminsi hacanacanyeko ubuhanuzi ku mbuga hwaniro, bwavuga ko umwuzure uzoza kw’igenekerezo rya 25 Kigarama 2025 aho abantu basabwa guhunga…

Ingingo bamwe babona ko ari ugukandamiza agateka k’abakristo bo muri Ico gihugu; Amashengero atandukanye yo mu gihugu ca Myanmar yahawe…

Mu ruganda rw’indongozi rwabereye ku cicaro gikuru c’Ishengero Eglise du Rocher S.S.I, ishirahamwe International Christian Ministries biciye muri Global Leadership Summit (GLS) ryari ryatunganije inyigisho zari zigenewe gutegura abarongozi b’ejo.