Arielle Igirubuntu

Arielle Igirubuntu

Gospel Burundi 🇧🇮: Abaririmvyi b’indirimbo mpimbazamana b’i Burundi mu biteramo mpuzamakungu

Mu gihe ivugabutumwa rishingiye ku ndirimbo riguma rirushiriza kugira ikibanza gikomeye mu buzima bw’ishengero, gospel y’i Burundi irabandanya kwaguka no kurenga imbibe z’igihugu. Abaririmvyi b’indirimbo mpimbazamana b’abarundi, babifashijwemwo n’ingabire n’ukwizera Imana yabahaye, bariko barashikana ubutumwa bwiza mu makungu, berekana ko…