Thursday, November 12, 2026
Gospel-Tel-Aviv: Prosper Nkomezi agiye gukorera igiteramo muri Israël

Umuririmvyi aririmba indirimbo mpimbazamana wo mu gihugu c’U Rwanda Prosper Nkomezi, mu mpera z’ukwezi kwa Nzero 2026 yaramenyesheje abakunzi biwe ko Imana yamuciriye inzira yo gukora igiteramo muri Reta ya Israël mu gisagara ca Tel-Aviv ahazwi nka HA’NGA ST39. Ni…

