Thursday, November 12, 2026

Pentekote: Mbega Umusi wa Pentekote Usigura Iki ku Mukristo w’Uno Musi?
Kuri uyu musi igenekerezo rya 24 Rusama 2026, abakristo benshi kw’isi yose barahimbaza umusi mukuru wa “Pentekote”, umusi wo kwibuka…

Kuri uyu musi igenekerezo rya 24 Rusama 2026, abakristo benshi kw’isi yose barahimbaza umusi mukuru wa “Pentekote”, umusi wo kwibuka…

Mu gihe abakristo benshi bahura n’ingorane z’ubuzima zirimwo ubukene, ukubura akazi, indwara hamwe no kugira umwitwarariko wa kazoza, ikibazo c’ingene…

Hari umugenzi wanje yambwiye ko hari indirimbo yakunda kuririmba kuva akiri muto. Yari ayizi neza cane, ijambo ku rindi, ariko…

Mbega vy’Ukuri Uwizera Arashobora kuba Musi y’Imivumo y’Akaronda ?

Umwepisikopi Eraste Bigirimana wo mw’Ishengero rya Anglikane mu Burundi ,Diyoseze ya Bujumbura

Idini n'igihugu. Idini: Igikoresho gihundura ubuzima canke igikoresho mu kurondera inyungu?

Urunani rw’abungere b’amashengero rukristo mu Burundi (RENAPEC), rutera akamo abarongozi b’amashengero gukorera hamwe, kwamamaza ubutumwa no gutegura abigishwa ba Yesu…

Abakenyezi bahamagarirwa guha Imana ikibanza ca mbere, guhindura ivyiyumviro no kwigirira icizere mu bikorwa vyabo kugira bashike ku mahangiro yabo.…

Abamenyeshamakuru bandika ku nkuru ndoramana bahamagarirwa kwijukira ubuhinga bwa none cane cane ubwenge mvarunganda mu ntumbero yo gushikana ubutumwa bwiza…

Mu gihe abakristo benshi bo mu bihugu bitandukanye vy’isi, harimwo n’Uburundi, bahimbaza umusi mukuru wa Pasika mu kwibuka urupfu n’izuka…