Thursday, November 12, 2026
Ishengero Ni Iki?

Hari umugenzi wanje yambwiye ko hari indirimbo yakunda kuririmba kuva akiri muto. Yari ayizi neza cane, ijambo ku rindi, ariko umusi umwe turi kumwe ndamubaza nti: “Iyo ndirimbo isigura iki?” Yanyishuye ko atazi neza ico isobanura, naho yari mu Kirundi.…

