Thursday, November 12, 2026
Bibiliya ivuga iki ku gukora ku Mukristo ?

Ku wa Mungu wa mbere w’umwaka wa 2026, hari ikibazo kimwe cari kiri mu mitima ya benshi bari bakoraniye mw’Ishengero FECABU- Paroisse Rohero i Bujumbura: mbega gukora ku Mukristo ni umugisha canke ni umuvumo? Mu bakristo, haracariho ivyiyumviro bitandukanye ku…








