Gospel: Israël Mbonyi ageze muri Uganda

Indwi imwe gusa avuye muri Tanzaniya, umuririmvyi w’umunyarwanda aritezwe cane guteramisha abanya Uganda mugiteramo kizoba kw’igenekerezo rya 13 Kigarama 2025 kuri avenue Kihihi Town,Kanungu District, n’amatike akaba ariko aragurishwa.

Mugihe Israël Mbonyi yaraye atumiwe muri Tanzaniya mugiterabo bise #Wakati_Wamungu_Festival ya teguwe na At Leaders Groups kumagenekerezo rya 6 Kigarama 2025, agateramana n’abakunzi biwe ivyabonetse ko vyanezereye cane abitavye ico giteramo mu kuririmbana indirimbo ziwe, ubunaho abaganda iyi ndwi ngo baramukeneye.

Umuririmvyi Mbonyi Israël, niwe muririmvyi wenyene aza imbere yabandi baririmvyi baririmba indirimbo mpimbazamana mukwumvirizwa na benshi kumbuga hwaniro hano mukarere ka EAC uyumwaka wa 2025, muri Kenya biboneka ko uyumwaka yumvirijwe n’abarenga imiliyoni 64.

Mbonyicambu Israël ninawe yabaye uwambere mukuzuza BK Arena yo mu Rwanda mubiteramo agenda akoresha, gushika n’ubu bikaba bicitabirwa na benshi k’urugezo rw’aho barinda kugurisha amatike mu ntumbero yo kugabanya ibitigiri ntibibe umurengera.

Tubamenyeshe ko Israël Mbonyi ategekanya ko avuye aho muri Uganda, kuwa 25 Kigarama 2025, azoza kuremesha kuyindi ncuro ya 4 Icambu_CGospel: Israël Mbonyi ageze muri Uganda

Indwi imwe gusa avuye muri Tanzaniya, umuririmvyi w’umunyarwanda aritezwe cane guteramisha abanya Uganda mugiteramo kizoba kw’igenekerezo rya 13 Kigarama 2025 kuri avenue Kihihi Town,Kanungu District, n’amatike akaba ariko aragurishwa.

Mugihe Israël Mbonyi yaraye atumiwe muri Tanzaniya mugiterabo bise #Wakati_Wamungu_Festival ya teguwe na At Leaders Groups kumagenekerezo rya 6 Kigarama 2025, agateramana n’abakunzi biwe ivyabonetse ko vyanezereye cane abitavye ico giteramo mu kuririmbana indirimbo ziwe, ubunaho abaganda iyi ndwi ngo baramukeneye.

Umuririmvyi Mbonyi Israël, niwe muririmvyi wenyene aza imbere yabandi baririmvyi baririmba indirimbo mpimbazamana mukwumvirizwa na benshi kumbuga hwaniro hano mukarere ka EAC uyumwaka wa 2025, muri Kenya biboneka ko uyumwaka yumvirijwe n’abarenga imiliyoni 64.

Mbonyicambu Israël ninawe yabaye uwambere mukuzuza BK Arena yo mu Rwanda mubiteramo agenda akoresha, gushika n’ubu bikaba bicitabirwa na benshi k’urugezo rw’aho barinda kugurisha amatike mu ntumbero yo kugabanya ibitigiri ntibibe umurengera.

Tubamenyeshe ko Israël Mbonyi ategekanya ko avuye aho muri Uganda, kuwa 25 Kigarama 2025, azoza kuremesha kuyindi ncuro ya 4 Icambu_Concert, ikazobera mu Rwanda iwabo.

Concert, ikazobera mu Rwanda iwabo.

Sangiza abandi

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *