Thursday, November 12, 2026
Pasteur Dag Heward-Mills arahishura ibintu 3 umukozi w’Imana akwiye kugiriramwo ubwizigirwa

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Kigarama, mu nyubakwa y’ishengero Eglise du Rocher habereye inyigisho ku bantu bose bipfuza gukorera Imana neza kurusha. Izo nyigisho zatanzwe n’umukozi w’Imana Dag Heward-Mills, aho mu cirwa c’uyu musi yashimikiye cane ku cirwa…

