Thursday, November 12, 2026

Bibiliya ivuga iki ku gukora ku Mukristo ?
Ku wa Mungu wa mbere w’umwaka wa 2026, hari ikibazo kimwe cari kiri mu mitima ya benshi bari bakoraniye mw’Ishengero…

Ku wa Mungu wa mbere w’umwaka wa 2026, hari ikibazo kimwe cari kiri mu mitima ya benshi bari bakoraniye mw’Ishengero…

Ijoro ryo kuwa 31 uko Umwaka utashe, riba ari ijoro ryo kunezerwa mu bibanza bitandukanye kubera abantu baba bagira binjire…

kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Kigarama umurwi w’indirimbo mpimbazana “Victorious team” wari watunganije igiteramo bitiriye “KAINOS” bisobanura ikintu gishasha,…

Haraheze iminsi hacanacanyeko ubuhanuzi ku mbuga hwaniro, bwavuga ko umwuzure uzoza kw’igenekerezo rya 25 Kigarama 2025 aho abantu basabwa guhunga…

Ingingo bamwe babona ko ari ugukandamiza agateka k’abakristo bo muri Ico gihugu; Amashengero atandukanye yo mu gihugu ca Myanmar yahawe…

Mu ruganda rw’indongozi rwabereye ku cicaro gikuru c’Ishengero Eglise du Rocher S.S.I, ishirahamwe International Christian Ministries biciye muri Global Leadership Summit (GLS) ryari ryatunganije inyigisho zari zigenewe gutegura abarongozi b’ejo.

Indwi imwe gusa avuye muri Tanzaniya, umuririmvyi w’umunyarwanda aritezwe cane guteramisha abanya Uganda mugiteramo kizoba kw’igenekerezo rya 13 Kigarama 2025…

Bamwe mu bari mu muryango uhurikiyemwo amashengero ya Pentecôte mu Burundi CEPBU (Communauté des Églises Pentecôtes au Burundi) basaba Igihugu…

Ibihugu vya Leta iharanira intwaro rusangi ya Congo hamwe n’igihugu ca Mozambique, biriko bica mubihe bitoroshe vy’ihamwa ry’abakirisu. Umwihwezo w’ikigo…

Ku wa 27 Munyonyo 2025, mu nyigisho mpuzamakungu z’abarongozi, Global Leadership Summit (GLS), zabereye mu gisagara ca Bujumbura mu nyubakwa…