Thursday, November 12, 2026

Kubera iki bamwe baguma bashikamye mu bigeragezo abandi bagata ukwizera?
Mu gitondo co ku w’Imana igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2026, mw’ishengero Shammah Temple Fellowship – Paroisse Rohero, hari agacerere kadasanzwe…

Mu gitondo co ku w’Imana igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2026, mw’ishengero Shammah Temple Fellowship – Paroisse Rohero, hari agacerere kadasanzwe…

Amashirahamwe rukristo mu Burundi aratera akamo abungere b’amashengero gukomeza igikorwa co kuninahaza (Adoration) Imana biciye mu ndirimbo nk’imwe mu nkingi…

Mu gihe ivugabutumwa rishingiye ku ndirimbo riguma rirushiriza kugira ikibanza gikomeye mu buzima bw’ishengero, gospel y’i Burundi irabandanya kwaguka no…

Umuririmvyi aririmba indirimbo mpimbazamana wo mu gihugu c’U Rwanda Prosper Nkomezi, mu mpera z’ukwezi kwa Nzero 2026 yaramenyesheje abakunzi biwe…

Patiri Kana aratabarutse ariko inyigisho ziwe zizoguma mu mitima ya benshi Mu gatondo ko Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya…

Haraheze iminsi hacanacanyeko ubuhanuzi ku mbuga hwaniro, bwavuga ko umwuzure uzoza kw’igenekerezo rya 25 Kigarama 2025 aho abantu basabwa guhunga…

Ingingo bamwe babona ko ari ugukandamiza agateka k’abakristo bo muri Ico gihugu; Amashengero atandukanye yo mu gihugu ca Myanmar yahawe…
Ku magenekerezo ya 12 na 13 Kigarama, Dag Heward-Mills azoba ari mw’ Ishengero Eglise du Rocher, mu Buyenzi, muri…

Abantu bashika ku 300 bari mw’ibohero rikuru rya mpimba nibo baronkejwe Imfashanyo igizwe n’ibifungurwa, amavuta, amasabuni hamwe n’amabahasha kuri uyu…

Kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 16 Nzero, ishirahamwe rukristo: Vessels of Hope Burundi Foundation, ryatunganije inyigisho mu gisagara…