Thursday, November 12, 2026
Kubera iki bamwe baguma bashikamye mu bigeragezo abandi bagata ukwizera?

Mu gitondo co ku w’Imana igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2026, mw’ishengero Shammah Temple Fellowship – Paroisse Rohero, hari agacerere kadasanzwe kari mu rusengero. Abari bitavye ikoraniro bari bicaye bateze amatwi, bamwe bafise Bibiliya zabo zizinguruye, abandi bandika amajambo ariko aravugwa.…







