Thursday, November 12, 2026
RDCongo – Mozambique : Abakirisu 20 baramaze kwicwa n’abantu bo mw’idini rya Islamu

Ibihugu vya Leta iharanira intwaro rusangi ya Congo hamwe n’igihugu ca Mozambique, biriko bica mubihe bitoroshe vy’ihamwa ry’abakirisu. Umwihwezo w’ikigo Middle East Media Institute (MEMRI) “Observation du Moyen Orient”, kivuga ko umuryango w’abo mw’idini rya Isalamu bashobora kuba biyumviriye kugira ibitero mu…



