Thursday, November 12, 2026

Prophet EBONOAH Imana yamubwiye ko umwuzure ugira uze, none ariko abaza ubwato
N’kuko vyabaye mu gitabo ca Bibiliya aho Imana yabwiye Nowa kubaza ubwato hama agatumira abantu guhunga umwuzure wagira utere munyuma…

N’kuko vyabaye mu gitabo ca Bibiliya aho Imana yabwiye Nowa kubaza ubwato hama agatumira abantu guhunga umwuzure wagira utere munyuma…

Munyigisho z’umukozi w’Imana Dag Heward Mills, zo kuri uyu wa 12 na 13 Kigarama 2025, bitiriye “Conférence Itange” zabereye mu…

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Kigarama, mu nyubakwa y’ishengero Eglise du Rocher habereye inyigisho ku bantu bose bipfuza…

Indwi imwe gusa avuye muri Tanzaniya, umuririmvyi w’umunyarwanda aritezwe cane guteramisha abanya Uganda mugiteramo kizoba kw’igenekerezo rya 13 Kigarama 2025…

Ku wa 27 Munyonyo 2025, mu nyigisho mpuzamakungu z’abarongozi, Global Leadership Summit (GLS), zabereye mu gisagara ca Bujumbura mu nyubakwa…

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 30 Munyonyo 2025, ishengero Israel Church ryarasozereye igikorwa c’amasengesho y’iminsi mirongo ine (40) yo gusengera…

Muri Global Leadership Summit 2025, le Dr David Ashcraft a inyigisho y’inkomezi ishimangira ko kwigereranya n’abandi ari imwe mu ntambamyi…