Thursday, November 12, 2026
Mbega Ikibano n’Ishengero Vyofasha Gute Abariko Barahura n’Ivyago?

Mbega Ikibano n’Ishengero Vyofasha Gute Abariko Barahura n’Ivyago mu Burundi mu gihe tubona amasoko aguma asha abantu bakahahombera?

Mbega Ikibano n’Ishengero Vyofasha Gute Abariko Barahura n’Ivyago mu Burundi mu gihe tubona amasoko aguma asha abantu bakahahombera?

Kuva isi ibaho, umuntu yamye afise ico yizera nk’ikiremwa kiruta ibindi vyose, asenga kandi yitura igihe cose afise ikibazo kinaka mu bice bitandukanye vy’ubuzima bwiwe. Ivyo tubisanga mu mibereho y’abantu batandukanye bo kw’isi, mbere harimwo n’Abarundi. None nimba ihanga ryose…